1
Matayo 12:36-37
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Kandi ndababgira yukw ijambo ryose risunitswe n’impwemu abantu bavuga bazoribazwa ku musi w’amateka. Amajambo yawe ni yo azotuma utsinda cank’ amajambo yawe ni yo azotuma utsindwa.
Confronta
Esplora Matayo 12:36-37
2
Matayo 12:34
Mwa bana b’inzoka mwe, mwoshobora mute kuvuga ivyiza muri babi? Ibibōgabōga mu mutima ni vyo akanwa kavuga.
Esplora Matayo 12:34
3
Matayo 12:35
Umunyangeso nziza akūra ivyiza mw itunga ryiwe ryiza; umunyangeso mbi akūra ibibi mw itunga ryiwe ribi.
Esplora Matayo 12:35
4
Matayo 12:31
Kubg’ ivyo ndababgira yukw icaha cose n’ukurogota, abantu bazobiharirwa; ariko kurogota kuri Mpwemu n’icaha kitazoharirwa.
Esplora Matayo 12:31
5
Matayo 12:33
Ni mube muvuga igiti kw ari ciza n’ivyo camye kw ari vyiza, canke mube muvuga igiti kw ari kibi n’ivyo camye kw ari bibi; kukw igiti kimenyekanira ku vyo camye.
Esplora Matayo 12:33
Home
Bibbia
Piani
Video