1
Matayo 11:28
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Ni muze kuri jewe mwese abananiwe n’abaremerewe, ndabaruhura
Confronta
Esplora Matayo 11:28
2
Matayo 11:29
mwikoreze ingata yanje, munyigireko; kuko nd’ umugwaneza, niyoroheje mu mutima; namwe muzoronka uburuhukiro bg’imitima yanyu.
Esplora Matayo 11:29
3
Matayo 11:30
Kukw ingata yanje itababaza, n’umutwaro wanje uhwahutse.
Esplora Matayo 11:30
4
Matayo 11:27
Vyose nabihawe na Data, kandi nta wuzi Umwana, atari Data, na Data, nta wumuzi, atar’ Umwana, n’uwo Umwana agomba kumuhishurira.
Esplora Matayo 11:27
5
Matayo 11:4-5
Yesu arabishura, ati Ni mugende mubarire Yohana ivyo mwumva n’ivyo mubona. Impumyi zirahumūka, abacumbagira bagenda neza, abanyamibembe barakizwa, ibipfamatwi birumva, abapfuye barazurwa, aboro barabgirwa ubutumwa bgiza.
Esplora Matayo 11:4-5
6
Matayo 11:15
Ūri n’amatwi yumva, ni yumve.
Esplora Matayo 11:15
Home
Bibbia
Piani
Video