1
Matayo 9:37-38
Isezerano Risha 1967
Maz’ abgira abigishwa biwe, at’ Ivyimburwa ni vyinshi, arikw abimbuzi ni bo bake. Nuko ni mwinginge Nyen’ ivyimburwa arungike abimbuzi mu vyimburwa vyiwe.
对照
探索 Matayo 9:37-38
2
Matayo 9:13
Mugende mwige iri jambo, muritahure, ngw Imbabazi ni zo ngomba, s’ibimazi: kuko ntaje guhamagara abagororotsi, atar’ abanyavyaha.
探索 Matayo 9:13
3
Matayo 9:36
Abonye ishengero, rimutera akagongwe, kuko bāri bagowe, basābagiye nk’intama zitagira umwungere.
探索 Matayo 9:36
4
Matayo 9:12
Avyumvise, aravuga, at’ Abakomeye nta co bagombera umuvūzi, atar’ abarwaye.
探索 Matayo 9:12
5
Matayo 9:35
Yesu agendagenda mu bisagara vyose no mu mihana yose, yigisha mu masinagogi yabo, avuga ubutumwa bgiza bg’ubgami, akiza indwara zose n’ubumuga bgose.
探索 Matayo 9:35
主页
圣经
计划
视频