1
Matayo 8:26
Isezerano Risha 1967
Arababaza, ati N’iki kibateye ubgoba, mwa bafise ukwizera guke mwe? Bun’ aravyuka azibiza ingunza n’ikiyaga, haba agahwekere rwose.
对照
探索 Matayo 8:26
2
Matayo 8:8
Umugabisha aramwishura, ati Mugenzi, ntibimbereye ko winjira mu nzu yanje; vuga ijambo gusa, uwo muhungu arakira.
探索 Matayo 8:8
3
Matayo 8:10
Yesu avyumvise, biramutangaza, abgira abamukurikiye, ati Ndababgire ukuri: Sinaribgabone ukwizera kungana gurtyo no mu Bisirayeli.
探索 Matayo 8:10
4
Matayo 8:13
Yesu abgira uwo mugabisha, at’ Igīre, bikubere nk’uko wizeye. Nuko wa muhungu akira uno mwanya.
探索 Matayo 8:13
5
Matayo 8:27
Maz’ abo bantu baratangara, bat’ Uyu n’ umuntu ki, umuyaga n’ikiyaga ko bimwumvira?
探索 Matayo 8:27
主页
圣经
计划
视频