1
Itanguriro 46:3
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Iramubarira, iti Nd’Imana, Imana ya so; ntutinye kumanuka muri Egiputa, kukw ari ho nzoguhindurira ihanga rikomeye.
Vergelijk
Ontdek Itanguriro 46:3
2
Itanguriro 46:4
Jewe ubganje nzomanukana nawe muri Egiputa, kandi ni jewe nzogukūrayo; kandi Yosefu ni we azohwamikira ingohe ku maso yawe igihe uzopfa.
Ontdek Itanguriro 46:4
3
Itanguriro 46:29
Yosefu azirikisha umukogote wiwe ku mafarasi, adūga i Gosheni ngw asanganire se Isirayeli; aramwibarira, amugwa mw izosi, aririra kw izosi ryiwe umwanya munini.
Ontdek Itanguriro 46:29
4
Itanguriro 46:30
Isirayeli abarira Yosefu, ati Ni vyo bizi, naho nopfa, ko nkubonye ukiriho!
Ontdek Itanguriro 46:30
Thuisscherm
Bijbel
Leesplannen
Video's