1
Itanguriro 45:5
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
None ntimubabare ngo mwirakire kuko mwanguze ngashōrwa ino: kukw Imana ari yo yatumye mbītangira imbere ngo mbe kirokora.
Vergelijk
Ontdek Itanguriro 45:5
2
Itanguriro 45:8
None rero si mwebge mwandungitse ino, n’Imana: kandi yampinduye nka se wa Farawo, n’umuzezwarugo wiwe wa vyose, no kuba umugaba w’igihugu cose ca Egiputa.
Ontdek Itanguriro 45:8
3
Itanguriro 45:7
Imana ni yo yatumye mbītangira imbere kugira ngw ibabogore, mugire ico musiga mw isi, ibarokoze agakiza gakomeye.
Ontdek Itanguriro 45:7
4
Itanguriro 45:4
Yosefu abarira bene se, at’ Enda ni munyegere. Baramwegera; aravuga, ati Ni jewe Yosefu mwene so, umwe mwaguze ngashōrwa muri Egiputa.
Ontdek Itanguriro 45:4
5
Itanguriro 45:6
Ikigoyi kimaze imyaka ibiri mu gihugu, kandi haracasigaye iyindi myaka itanu batazoruha barimamwo canke ngo bimbure.
Ontdek Itanguriro 45:6
6
Itanguriro 45:3
Yosefu abarira bene se, at’ Erega ni jewe Yosefu! Aho data aracariho? Bene se babura ico bovuga, kuko barandutse imitima kubona bar’ imbere yiwe.
Ontdek Itanguriro 45:3
Thuisscherm
Bijbel
Leesplannen
Video's