Logo YouVersion
Icona Cerca

Matayo 15:25-27

Matayo 15:25-27 RUN1967

Amushikiriye aramupfukamira, ati Ntabara se Mugenzi. Aramwishura, ati Si vyiza kwābira umutsima w’abana ukawuterera utubga. Na we ati Nka ko, Mugenzi, kuk’ utubga na two twīrīra utuvunguka dukorokera musi y’ameza ya ba nyene two.

Piani di Lettura e Devozionali gratuiti relativi a Matayo 15:25-27