1
Malaki 2:16
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Kuko nanka ivyo kwahukana, ni k’Uhoraho Imana y’Abisirayeli agize, nanka n’ūtwikira umwambaro wiwe umuryano, ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize; nuko rero mwirinde mu mitima yanyu, mwoye kuryarukana.
Confronta
Esplora Malaki 2:16
2
Malaki 2:15
Nta wokoze ben’ ivyo, Mpwemu akiri muri we. Ūmufise bimumerera bite? Yifuza kugira uruvyaro ruzokwubaha Imana. Nuko rero mwirinde mu mitima yanyu, ntihagire ūryaruka umugore wiwe wo mu bucance.
Esplora Malaki 2:15
Home
Bibbia
Piani
Video