Matayo 6:19-21
Matayo 6:19-21 RUN1967
Ntimukīrundanirize ubutunzi mw isi, ah’ inyenzi n’ingese bibumara, n’ibisuma bikīmba bikabgiba. Ariko mwirundanirize ubutunzi mw ijuru, ah’ inyenzi n’ingese bitabumara, hatariyo n’ibisuma vyimba ngo vyibe. Kukw ah’ ubutunzi bgawe buri, ari ho umutima wawe uzoba.