1
Ivyakozwe N’intumwa 14:15
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
bati Yemwe bagabo, n’iki gitumye mugira murtyo? Natwe tur’ abantu buntu, tumeze nkamwe, kandi tubabgira ubutumwa bgiza, ngo mureke ivyo bitagira ikimazi, muhindukirire Imana nzima, yaremye ijuru n’isi n’ikiyaga n’ibirimwo vyose
Compare
Explore Ivyakozwe N’intumwa 14:15
2
Ivyakozwe N’intumwa 14:9-10
Uwo yumva Paulo avuga, na we amuhanze amaso abona kw afise ukwizera kwo gukizwa. Avuga n’ijwi rirenga, ati Hagarara n’ibirenge vyawe, weme. Arabaduka, aratambuka.
Explore Ivyakozwe N’intumwa 14:9-10
3
Ivyakozwe N’intumwa 14:23
Kandi bamaze kubatorera abakuru mu mashengero yose, no gusenga bisonzesha, babaragiza Umwami Yesu, uwo bizeye.
Explore Ivyakozwe N’intumwa 14:23
Home
Bible
Plans
Videos