1
Ivyakozwe N’intumwa 13:2-3
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Bariko barasenga Umwami Imana bisonzesheje, Mpwemu Yera aravuga, ati Ni mundobanurire Barunaba na Sauli bankorere igikorwa nabahamagariye. Nuko bisonzesheje, basenze, babarambitsekw ibiganza, barabarungika.
Compare
Explore Ivyakozwe N’intumwa 13:2-3
2
Ivyakozwe N’intumwa 13:39
kandi ni we atsindanishiriza ūmwizera wese kuri vyose, ivyo mutāshoboye gutsindanishirizwa n’ivyagezwe vya Mose.
Explore Ivyakozwe N’intumwa 13:39
3
Ivyakozwe N’intumwa 13:47
Kuk’ Umwami Imana ari ko yatubariye, ati Ndagushizeho ng’ ube umuco w’amahanga, Kugira ngo n’abo ku mpera y’isi ubashikirize agakiza.
Explore Ivyakozwe N’intumwa 13:47
Home
Bible
Plans
Videos