Ivyakozwe N’intumwa 14:9-10
Ivyakozwe N’intumwa 14:9-10 RUN1967
Uwo yumva Paulo avuga, na we amuhanze amaso abona kw afise ukwizera kwo gukizwa. Avuga n’ijwi rirenga, ati Hagarara n’ibirenge vyawe, weme. Arabaduka, aratambuka.