1
Ivyakozwe N’intumwa 10:34-35
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Petero yanzika kuvuga, ati N’ukuri ni ho nkimenya yukw Imana itarobanura abantu ku butoni, ariko mu mahanga yose ūyubaha, agakora ivy’ ukugororoka, iramwemera.
Compare
Explore Ivyakozwe N’intumwa 10:34-35
2
Ivyakozwe N’intumwa 10:43
Abāvugishwa n’Imana bose bāmushingiye intahe, bavuga yuk’ ūmwizera wese azoharirwa ivyaha kubg’ izina ryiwe.
Explore Ivyakozwe N’intumwa 10:43
Home
Bible
Plans
Videos