YouVersion Logo
Search Icon

Ivyakozwe N’intumwa 10:34-35

Ivyakozwe N’intumwa 10:34-35 RUN1967

Petero yanzika kuvuga, ati N’ukuri ni ho nkimenya yukw Imana itarobanura abantu ku butoni, ariko mu mahanga yose ūyubaha, agakora ivy’ ukugororoka, iramwemera.