1
Itanguriro 13:15
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
iki gihugu cose ubonye ni wewe nzogiha, n’uruvyaro rwawe, gushitsa ibihe vyose.
Vergelyk
Verken Itanguriro 13:15
2
Itanguriro 13:14
Loti amaze gutandukana na Aburamu, Uhoraho abarira Aburamu, at’ Unamura amaso yawe, uhēre ah’ uhagaze aho, witegereze i burārūko n’i bumanuko n’i burasirazuba n’i burengerazuba
Verken Itanguriro 13:14
3
Itanguriro 13:16
Kandi nzogwiza uruvyaro rwawe rungane n’umukungugu wo hasi: namb’ umuntu yoshobora guharūra umukungugu wo hasi, n’uruvyaro rwawe na rwo rwoharūrwa.
Verken Itanguriro 13:16
4
Itanguriro 13:8
Aburamu abarira Loti, ati Ndakwinginze, hoye kuba intonganya hagati yanje nawe, no hagati y’abungere banje n’abawe, kuko tuvukana.
Verken Itanguriro 13:8
5
Itanguriro 13:18
Aburamu yunguruza amahema, aragenda, aba i ruhande y’ibiti vya Mamure vyitwa imyeloni, bir’ i Heburoni, ahubakira Uhoraho igicaniro.
Verken Itanguriro 13:18
6
Itanguriro 13:10
Loti yunamura amaso, yitegereza ikiyaya cose co kuri Yorodani, abona ko har’ibigera vy’amazi hose. Uhoraho atararandura Sodomu na Gomora, ico kiyaya cari kimeze nka rya tongo ry’ Uhoraho, canke nk’ igihugu ca Egiputa ugiye werekeye i Sowari.
Verken Itanguriro 13:10
Tuisblad
Bybel
Leesplanne
Video's