圣经译本

Bibiliya mu Kirundi coroshe

Rundi

Biblica, The International Bible Society, ni ishirahamwe rishikiriza Ijambo ryʼImana abantu biciye mu guhindura Bibiliya mu zindi ndimi, kuyikwiragiza no gufasha abantu kuyikoresha muri Afrika, Aziya yo muri Pasifike, Uburaya, Amerika yʼubumanuko, Aziya yʼubuseruko, Amerika yʼuburaruko na Aziya yʼubumanuko. Ni muri ubwo buryo ishirahamwe Biblica rishikiriza abantu benshi Ijambo ryʼImana kugira ngo ubuzima bwabo buhinduke gose biciye mu kugiriranira imigenderanire na Yesu Kristo.


Biblica, Inc.

BKC 出版者

获取更多信息

Biblica, Inc.发行的其他译本