Matayo 5:38-39
Matayo 5:38-39 RUN1967
Mwarumvise ko vyāvuzwe, ngw Ijisho rihōrwe irindi, n’iryinyo rihōrwe irindi; ariko jeho ndababgire: Ntimurwanye umunyakibi: ūgukubise urushi mu musaya w’i buryo umuhindukirize n’uwundi