1
Luka 2:11
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Uyu musi Umukiza abavukiye mu gisagara ca Dawidi, ni we Kristo Umwami.
موازنہ
تلاش Luka 2:11
2
Luka 2:10
Umumarayika arababgira, ati Nta co mutinya, umve ndababarira ubutumwa bgiza bg’akanyamuneza kenshi kazoba ku bgoko bganyu bgose.
تلاش Luka 2:10
3
Luka 2:14
zit’ Icubahiro ni kibe ku Mana ahasumba ijuru, No mw isi amahoro abe mu b’inezererwa.
تلاش Luka 2:14
4
Luka 2:52
Kandi Yesu agwiza ubgenge no gukura no gushimwa n’Imana n’abantu.
تلاش Luka 2:52
5
Luka 2:12
Iki ni co kimenyamenya canyu, murasanga umwana w’uruyoya azingiriwekw impuzu y’uruyoya, aryamitswe mu bgato bg’inka.
تلاش Luka 2:12
6
Luka 2:8-9
Mur’ iyo ntāra hār’ abungere bārāra mu gahinga barāririye umukuku w’intungwa zabo. Umumarayika w’Umwami Imana ahagarara i ruhande yabo, ubgiza bg’Umwami bubakayanganira irya n’ino, baterwa n’ubgoba bginshi.
تلاش Luka 2:8-9
صفحہ اول
بائبل
مطالعاتی منصوبہ
Videos