1
Luka 1:37
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
kukw ata jambo rivuye ku Mana ribura ububasha.
موازنہ
تلاش Luka 1:37
2
Luka 1:38
Mariya aramubgira, at’ Ehe nd’ umugurano w’Umwami Imana, bimbere ukw ijambo ryawe rivuzwe. Maz’ umumarayika ava ah’ ari, aragenda.
تلاش Luka 1:38
3
Luka 1:35
Umumarayika aramwishura, ati Mpwemu Yera azokuzako, ubushobozi bg’Īsumba vyose buzogutera igitūtu: ni co gituma uwera azovuka azokwitwa Umwana w’Imana.
تلاش Luka 1:35
4
Luka 1:45
Kandi hahirwa wewe wizeye, kukw ivyo wabgiwe n’Umwami Imana bizoshika.
تلاش Luka 1:45
5
Luka 1:31-33
Umve, uzosama inda, uvyare umuhungu, kand’ uz’ umwite YESU. Azoba mukuru, azokwitwa Umwana w’Īsumba vyose, kand’ Umwami Imana azomuha intebe y’ubgami ya sekuruza Dawidi, ahangame mu nzu ya Yakobo ibihe bidashira; ubgami bgiwe ntibuzogira iherezo.
تلاش Luka 1:31-33
6
Luka 1:30
Umumarayika aramubgira, ati Nta co utinya, Mariya, kuk’ ugiriwe ubuntu n’Imana.
تلاش Luka 1:30
صفحہ اول
بائبل
مطالعاتی منصوبہ
Videos