Ivyakozwe 10:34-35
Ivyakozwe 10:34-35 BKC
Nuko rero Petero aherako aravuga ati: “Ubu rero ni ho nkimenya vy’ukuri ko Imana idatoranya abantu ku butoni, ariko ko mu mahanga yose umuntu wese ayubaha agakora ibigororotse imwemera.