1
Ivyakozwe 3:19
Bibiliya mu Kirundi coroshe
Nuko rero nimwihane, muhindukire, kugira ngo ivyaha vyanyu bihanagurwe, ngo ibihe vy’impemburo bibone kuza, bivuye imbere y’Umwami Imana
နှိုင်းယှဉ်
Ivyakozwe 3:19ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။
2
Ivyakozwe 3:6
Ariko Petero aravuga ati: “Ifeza n’inzahabu nta vyo mfise, ariko ico mfise ndakiguha. Mw’izina rya Yesu Kristo Umunyenazareti, va hasi utambuke!”
Ivyakozwe 3:6ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။
3
Ivyakozwe 3:7-8
Aca amufata ukuboko kw’i buryo, aramuhagurutsa, ubwo nyene ibirenge vyiwe n’ingingo zavyo bica birakomera. Nuko atangura gutambuka, yinjirana na bo mu rusengero, atambuka, yiterera hejuru, ahimbaza Imana.
Ivyakozwe 3:7-8ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။
4
Ivyakozwe 3:16
Biciye mu kwizera izina rya Yesu, uwu muntu yakize. Ni izina rya Yesu n’ukwizera kuva kuri we vyamukijije neza nk’uko muvyibonera mwese.
Ivyakozwe 3:16ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။
ပင်မစာမျက်နှာ
ကျမ်းစာ
အစီအစဉ်
ဗီဒီယို