1
Ivyakozwe 15:11
Bibiliya mu Kirundi coroshe
Ahubwo twizera ko twese dukizwa n’ubuntu bw’Umwami wacu Yesu Kristo.”
နှိုင်းယှဉ်
Ivyakozwe 15:11ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။
2
Ivyakozwe 15:8-9
Imana, yoyo izi imitima y’abantu, yerekanye ko ibemeye mu kubaha Mpwemu Yera, nk’uko yamuduhaye. Ntiyadutandukanije na bo, kuko yejeje imitima yabo kuko bizeye.
Ivyakozwe 15:8-9ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။
ပင်မစာမျက်နှာ
ကျမ်းစာ
အစီအစဉ်
ဗီဒီယို