1
Luka 22:42
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
ati Data, asangw’ ubigomba, kūra iki gikombe, kindēngāne: ariko ntibibe uko jewe ngomba, yamara bibe uko wewe ugomba.
Salīdzināt
Izpēti Luka 22:42
2
Luka 22:32
ariko wewe nagusengeye ng’ukwizera kwawe ntiguhere. Nawe ni wamara guhinduka, uz’ uremeshe bagenzi bawe.
Izpēti Luka 22:32
3
Luka 22:19
Yābīra umutsima, awushimira Imana, arawumanyagura, arawubaha, arababgira, at’ Uyu n’umubiri wanje ubatangiwe: murakore murtya kugira ngo kibe icibutso canje.
Izpēti Luka 22:19
4
Luka 22:20
N’igikombe akigenza artyo bahejeje kurya, arababgira, at’ Iki gikombe n’isezerano risha ryo mu maraso yanje, abaviriye.
Izpēti Luka 22:20
5
Luka 22:44
Arushirije kwicwa n’umubabaro, ashishikara gusenga cane, icuya ciwe kiba nk’ibitonyanga binini vy’amaraso bitonyanga hasi.
Izpēti Luka 22:44
6
Luka 22:26
Ariko mwebge s’uko: mugab’ umukuru muri mwebge abe nk’umuto, n’ūganza abe nk’ūbakorera.
Izpēti Luka 22:26
7
Luka 22:34
Aramubgira, ati Petero, ndakubgire, Inkoko itarabika uyu musi, uhava unyihakana gatatu ngo ntunzi.
Izpēti Luka 22:34
Mājas
Bībele
Plāni
Video