1
Itanguriro 5:24
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Kandi Henoki yagendana n’Imana: araheza ntiyaba akiboneka, kukw Imana imujanye.
비교
Itanguriro 5:24 살펴보기
2
Itanguriro 5:22
Henoki amaze kuvyara Metusela agendana n’Imana imyaka amajana atatu, ayivyaramw’ abahungu n’abakobga.
Itanguriro 5:22 살펴보기
3
Itanguriro 5:1
Iki n’igitabo kidōndōra uruvyaro rwa Adamu. Ku musi Imana yaremeyek’ umuntu, mw ishusho yayo ni ho yamuremye
Itanguriro 5:1 살펴보기
4
Itanguriro 5:2
irema abantu bar’ uburyo bubiri: irabahezagira, ibita Abantu, ku musi bāremeweko.
Itanguriro 5:2 살펴보기
홈
성경
묵상
동영상