1
Luka 13:24
Bibiliya mu Kirundi coroshe
“Mugire umwete wo guca mw’irembo ryaga, kuko ndababwire ukuri, benshi bazogerageza kwinjira ariko ntibabishobore.
ತಾಳೆಮಾಡಿ
Luka 13:24 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
2
Luka 13:11-12
Aho hari umugore yari amaze imyaka cumi n’umunani amugajwe n’impwemu mbi. Yari yarahetamye umugongo, ntiyashobora kugororoka. Yesu amubonye aca aramuhamagara ngo aze aho ari, amubwira ati: “Mupfasoni, ingwara yawe irakize.”
Luka 13:11-12 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
3
Luka 13:13
Aca amurambikako ibiganza. Ako kanya nyene, aca aragororoka, ahimbaza Imana.
Luka 13:13 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
4
Luka 13:30
Kandi mumenye ko hari bamwe mu bari inyuma bazoba ab’imbere, na bamwe mu bari imbere bazoba ab’inyuma.”
Luka 13:30 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
5
Luka 13:25
Nyene inzu niyahaguruka akugara umuryango, muzohagarara inyuma mudodora, mutakamba muti: ‘Nyakwubahwa, twugururire.’ Na we azobishura ati: ‘Sindabazi kandi sinzi n’iyo muva.’
Luka 13:25 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
6
Luka 13:5
Haba na mba! Ariko nimutihana namwe muzohona nka bo.”
Luka 13:5 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
7
Luka 13:27
Ariko azobishura ati: ‘Sindabazi kandi sinzi n’iyo muva. Mviraho mwa nkozi z’ibibi mwe!’
Luka 13:27 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
8
Luka 13:18-19
Nuko Yesu aravuga ati: “Mbega Ubwami bw’Imana bumeze nk’iki? Nobugereranya n’iki? Bumeze nk’akabuto k’igiterwa citwa mutaride umuntu yateye mu murima wiwe, karakura gahinduka igiti, maze inyoni zo mu kirere ziraza zarika mu mashami yaco.”
Luka 13:18-19 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
ಮುಖಪುಟ
ಬೈಬಲ್
ಯೋಜನೆಗಳು
ವೀಡಿಯೊಗಳು