1
Luka 12:40
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Namwe mukwiye kwama mugavye, kuko Umwana w’Umuntu azoza mu gihe mutamwiteze.”
ತಾಳೆಮಾಡಿ
Luka 12:40 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
2
Luka 12:31
Ahubwo nimubanze mwitwararike Ubwami bw’Imana, ivyo na vyo izobibaha nk’inyongera.
Luka 12:31 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
3
Luka 12:15
Aca ababwira ati: “Mube maso, mwirinde guhahamira ivy’isi, kuko ubuzima bw’umuntu ntibuhagaze kw’itunga ryinshi afise.”
Luka 12:15 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
4
Luka 12:34
Kuko aho ubutunzi bwanyu buri ari ho imitima yanyu izoba.
Luka 12:34 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
5
Luka 12:25
Ni nde muri mwebwe yoshobora kwiyongera akanya na gatoya ko kubaho kubera kwiganyira?
Luka 12:25 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
6
Luka 12:22
Yesu aca abwira abigishwa biwe ati: “Ni co gituma ndababwira nti: ntimukiganyire kubera ivyo mukeneye kugira ngo mubeho, vyaba ivyokurya canke ivyo kwambara.
Luka 12:22 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
7
Luka 12:7
Mbere n’imishatsi yo ku mitwe yanyu yaraharuwe yose. Nuko rero ntimutinye, kuko musumvya agaciro utunyoni twinshi.
Luka 12:7 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
8
Luka 12:32
Yewe busho buto, ntutinye kuko So wo mw’ijuru bimuhimbara kuguha Ubwami.
Luka 12:32 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
9
Luka 12:24
Nimwitegereze ibikona: ntibibiba kandi ntivyimbura, ntibigira n’ububiko canke ibigega, ariko Imana irabigaburira. None mwebwe ntimuruta inyoni kure n’iyo?
Luka 12:24 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
10
Luka 12:29
Kandi ntimugashire umutima ku vyo muzorya canke muzonywa; ntimukiganyire kuri ivyo.
Luka 12:29 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
11
Luka 12:28
Nimba Imana yambika gutyo ivyatsi vyo ku misozi, biriho uno musi ariko ejo bikazotererwa mu ziko, mbega ntizorushirizaho kubambika, yemwe ab’ukwizera guke?
Luka 12:28 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
12
Luka 12:2
Nta cagizwe ibanga kitazomenyekana, kandi nta canyegejwe kitazoshirwa ahabona.
Luka 12:2 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ