1
Yohana 20:21-22
Bibiliya mu Kirundi coroshe
Yesu yongera kubabwira ati: “Amahoro abane namwe! Nk’uko Data yantumye, ni ko nanje ndabatumye.” Ahejeje kuvuga ivyo, abahumekerako, arababwira ati: “Nimwakire Mpwemu Yera.
ತಾಳೆಮಾಡಿ
Yohana 20:21-22 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
2
Yohana 20:29
Yesu aramubwira ati: “Wizeye kubera umbonye? Hahirwa abizera batarinze kubona.”
Yohana 20:29 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
3
Yohana 20:27-28
Maze abwira Toma ati: “Koza urutoke rwawe hano, urabe ibiganza vyanje. Gorora ukuboko kwawe ukore mu rubavu rwanje. Reka gukekeranya niwizere.” Toma aramubwira ati: “Mwami wanje, Mana yanje!”
Yohana 20:27-28 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
ಮುಖಪುಟ
ಬೈಬಲ್
ಯೋಜನೆಗಳು
ವೀಡಿಯೊಗಳು