Logo YouVersion
Icona Cerca

Mariko 13:35-37

Mariko 13:35-37 RUN1967

Nuko mwame mugavye, kuko mutazi igihe nyen’ urugo azozamwo, namb’ ari ku mugoroba, canke mu gicugu, canke mu nkoko, cank’ umutwenzi ukītse: kugira ngo ni yaza giturumbuka, ntasange musinziriye. Arikw ico mbabariye, ndakibarira bose, nti Mwame mugavye.

Piani di Lettura e Devozionali gratuiti relativi a Mariko 13:35-37