Logo YouVersion
Icona Cerca

Mariko 12:43-44

Mariko 12:43-44 RUN1967

Ahamagara abigishwa biwe, arababgira, ati Ndababgire ukuri, Uyu mupfakazi w’umworo ashikanye ibirengeye ivyo bose batereye mu masandugu: kuko bose bashikanye ku bibasāgutse, ariko we ku bgoro bgiwe ashikanye ivyo yar’ afise vyose, n’ibimutunze vyose.