Logo YouVersion
Icona Cerca

Matayo 28:12-15

Matayo 28:12-15 RUN1967

Na bo bakoranira hamwe n’abashingantahe baja inama, bahēra abo basoda amahera menshi, bati Muze muvuge, mut’ Abigishwa biwe baje mw ijoro, baramutwibana dusinziriye. Icēgēra ca Kayisari ni caramuka kivyumvise, tuzomuhwamika, namwe tuzobakiza amagorwa. Bābīra ya mahera, bagira nk’uko bohejwe; kand’ iryo jambo ryandagara mu Bayuda na bugingo n’ubu.

Piani di Lettura e Devozionali gratuiti relativi a Matayo 28:12-15