Logo YouVersion
Icona Cerca

Itanguriro 7:11

Itanguriro 7:11 RUN1967

Mu mwaka ugira amajana atandatu Nowa abayeho, mu kwezi kwa kabiri, ku musi wakwo w’icumi n’indwi, amasōko yose y’i kuzimu arapumuka, ingomero zo mw ijuru zose ziragomororwa.

Video per Itanguriro 7:11