Logo YouVersion
Icona Cerca

Amosi 7:14-15

Amosi 7:14-15 RUN1967

Maze Amosi yishura Amaziya, ati Sinigeze kuba ūvugishwa n’Imana, canke ngo mbe umwigishwa w’uwo yavugisha, ariko nari nibereye umwungere, nkaba n’umurimyi w’ibiti vy’imisukomora. Maz’ Uhoraho yankūye mu mukuku ndagiye, arambarira, ati Genda ubarire abantu banje b’Abisirayeli.

Video per Amosi 7:14-15

Piani di Lettura e Devozionali gratuiti relativi a Amosi 7:14-15