1
Mariko 4:39-40
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Arikangura, azibiza ingunza, abarira ikiyaga, ati Hora, utekereze. Umuyaga uraca, haba agahwekere rwose. Arababaza, ati N’iki kibateye ubgoba? Ntimurizera?
Confronta
Esplora Mariko 4:39-40
2
Mariko 4:41
Baratinya, bagira ubgoba bginshi, barabazanya, bati Mbeg’ uyu n’umuntu ki, umuyaga n’ikiyaga ko bimwumvira?
Esplora Mariko 4:41
3
Mariko 4:38
Ariko we yar’ aryamye mu mutwe w’inyuma, yiseguye umusego yisinziriye. Baramukangura, baramubaza, bati Mwigisha, ntubabaye ko turiko turapfa?
Esplora Mariko 4:38
4
Mariko 4:24
Kand’ arababarira, ati Mwiyubare mu vyo mwumva. Ingero mugeramwo ni yo muzogererwamwo, kandi muzorengerezwa
Esplora Mariko 4:24
5
Mariko 4:26-27
Yongera kubabgira, at’ Ubgami bg’Imana busa n’umuntu yabivye imbuto mw ivu, bgije agasinzira, bugaca akavyuka, imbuto zikamera, zigakura, atazi ingene zakuze.
Esplora Mariko 4:26-27
6
Mariko 4:23
Ūri n’amatwi yumva, ni yumve.
Esplora Mariko 4:23
Home
Bibbia
Piani
Video