1
Itanguriro 2:24
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Ni co gituma umuntu azosiga se na nyina, akabana n’ umugore wiwe akaramata, bakaba umubiri umwe.
Lee anya n'etiti ihe abụọ
Nyochaa Itanguriro 2:24
2
Itanguriro 2:18
Uhoraho Imana aravuga, ati Si vyiza k’uyu muntu yibana wenyene; hinge ndamuronderere umufasha bikwiranye.
Nyochaa Itanguriro 2:18
3
Itanguriro 2:7
Uhoraho Imana abumba umuntu mu mukungugu wo hasi, amuhumekera mu mazuru impwemu y’ubugingo; umuntu aca aba ūfise ubugingo.
Nyochaa Itanguriro 2:7
4
Itanguriro 2:23
Maz’ uwo muntu aravuga, at’ Uyu n’ igufa ryo mu magufa yanje, n’akara ko mu mara yanje: azokwitwa Umugore kuko yakūwe mu Mugabo.
Nyochaa Itanguriro 2:23
5
Itanguriro 2:3
Nukw Imana ihezagira uwo musi w’indwi, iraweza: kukw ari wo Imana yaruhukiyekw ibikorwa vyayo vyose, ivyo yaremye kandi yakoze.
Nyochaa Itanguriro 2:3
6
Itanguriro 2:25
Kand’ uwo mugabo n’umugore wiwe bompi bāgenda amēnya, ariko ntivyabatera isoni.
Nyochaa Itanguriro 2:25
Ebe Mmepe Nke Mbụ Nke Ngwá
Akwụkwọ Nsọ
Atụmatụ Ihe Ogụgụ Gasị
Vidiyo Gasị