1
Yohana 1:12
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Arikw abāmwākiriye bose yabahaye ububasha bgo gucika abana b’Imana, ni bo bizeye izina ryiwe
Compare
Yohana 1:12 ખોજ કરો
2
Yohana 1:1
Ubga mbere na mbere Jambo yariho, kandi Jambo yahoranye n’Imana, kand’ uwo Jambo yar’ Imana.
Yohana 1:1 ખોજ કરો
3
Yohana 1:5
Uwo muco wākira mu mwiza, arik’ umwiza ntiwawākiriye.
Yohana 1:5 ખોજ કરો
4
Yohana 1:14
Kand’ uwo Jambo yihaye umubiri, abana natwe, twitegereza ubgiza bgiwe, n’ubgiza bumeze nk’ubg’ Umwana w’ikinege ava kwa Se, yuzuye ubuntu n’ukuri.
Yohana 1:14 ખોજ કરો
5
Yohana 1:3-4
vyose vyaremwe na we, mu vyaremwe vyose nta kintu na kimwe kitaremwe na we. Muri we hārimw’ ubugingo, kand’ ubgo bugingo bgar’ umuco w’abantu.
Yohana 1:3-4 ખોજ કરો
6
Yohana 1:29
Bukeye bg’aho abona Yesu aza kuri we, aravuga, ati Nguyu Umwagazi w’intama w’Imana ukūrah’ icaha c’abari mw isi.
Yohana 1:29 ખોજ કરો
7
Yohana 1:10-11
Yari mw isi, kand’ isi yaremwe na we, arikw isi ntiyamumenya; yaje mu vyiwe, arikw abiwe ntibāmwākiriye.
Yohana 1:10-11 ખોજ કરો
8
Yohana 1:9
Umuco w’ukuri, wākira umuntu wese, warik’ uraza mur’ iyi si.
Yohana 1:9 ખોજ કરો
9
Yohana 1:17
Kukw ivyagezwe vyazanywe na Mose, ubuntu n’ukuri vyazanywe na Yesu Kristo.
Yohana 1:17 ખોજ કરો
હોમ
બાઇબલ
યોજનાઓ
વિડિઓઝ