Matayo 24:9-11
Matayo 24:9-11 BKC
Hanyuma bazobafata babahame, ndetse babice. Muzokwankwa n’amahanga yose babahora izina ryanje. Ico gihe benshi bazota ukwizera bahemukiranire kandi bankane. Hazokwaduka abavugishwa b’ibinyoma benshi kandi bazozimiza abantu benshi.