1
Itanguriro 24:12
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
Arasenga, at’ Ewe Uhoraho, Mana ya databuja Aburahamu, ndakwinginze, mpa kugira amahirwe uyu musi, ugirire neza databuja Aburahamu.
Porovnat
Zkoumat Itanguriro 24:12
2
Itanguriro 24:14
enda se bibe birtya: umwigeme ndibubgire, nti Ndakwinginze, ururutsa umubindi wawe, nnyweko; akanyishura, ati Nywako, n’ingamiya zawe ndaziha zinywe: uyo abe ari we watoranirije Isaka umusavyi wawe; ivyo ni vyo bimmenyesha yuk’ ugiriye neza databuja.
Zkoumat Itanguriro 24:14
3
Itanguriro 24:67
Isaka ajana Rebeka mw ihema risiga nyina wiwe Sara, aramurongora, aba umugore wiwe, aramukunda. Isaka ivyo bimwirura umubabaro wa nyina.
Zkoumat Itanguriro 24:67
4
Itanguriro 24:60
Bahezagira Rebeka, baramubgira, bat’ Ewe mushiki wacu, uz’ uvyare usasagare, ugire ibihumbi n’ibihumbi, kand’ uruvyaro rwawe ruze rwegukire amarembo y’abansi barwo.
Zkoumat Itanguriro 24:60
5
Itanguriro 24:3-4
ndakurahize Uhoraho, ni we Mana Nyen’ ijuru, ni we Mana Nyen’ isi, yuk’ utazosabira umwana wanje umugeni wo mu Banyakananikazi, abo mbamwo; ariko k’uzoja mu gihugu cacu, muri bene wacu, kuba ari ho usabira umwana wanje Isaka umugeni.
Zkoumat Itanguriro 24:3-4
Domů
Bible
Plány
Videa