Itanguriro 50:24
Itanguriro 50:24 RUN1967
Yosefu abarira ab’i wabo, ati Ndi hafi gupfa; arikw Imana ntizobura kubagendera, ikabakūra mur’ iki gihugu, ikabajana mu gihugu yarahiye Aburahamu na Isaka na Yakobo kw izobaha.