1
Mariko 16:15
Bibiliya mu Kirundi coroshe
Arababwira ati: “Nimugende mw’isi yose, mubwire Ubutumwa Bwiza abaremwe bose.
Compare
Explore Mariko 16:15
2
Mariko 16:17-18
Kandi ibi ni vyo bimenyetso bizoboneka ku bizera: bazokwirukana abadayimoni mw’izina ryanje, bazovuga indimi nshasha, bazofata inzoka mu biganza vyabo; kandi nibanywa ivyica, nta co bizobagira. Bazorambika ibiganza ku barwaye, kandi bazokira.”
Explore Mariko 16:17-18
3
Mariko 16:16
Uwizera wese akabatizwa azokizwa, ariko uwutizera azocirwa urubanza.
Explore Mariko 16:16
4
Mariko 16:20
Hanyuma abigishwa baca baja mu mihingo yose bavuga Ubutumwa Bwiza, kandi Umwami Yesu akorana na bo, ashingira intahe Ijambo ryiwe biciye mu bitangaza vyarikurikira.]
Explore Mariko 16:20
5
Mariko 16:6
Na we arabaremesha ati: “Ntimugire ubwoba! Ndazi ko murondera Yesu w’i Nazareti, umwe babamba. Ntari hano kuko yazutse! Nimuze murabe aho bari baryamitse ikiziga ciwe!
Explore Mariko 16:6
6
Mariko 16:4-5
Ariko bahashitse, bararaba babona ca kibuye camaze kuvaho. Binjiye mu mva, babona umuntu asa n’umusore yambaye ikanzu yera cane, yicaye ku ruhande rw’i buryo, maze bagira ubwoba.
Explore Mariko 16:4-5
Home
Bible
Plans
Videos