Mariko 16:17-18
Mariko 16:17-18 BKC
Kandi ibi ni vyo bimenyetso bizoboneka ku bizera: bazokwirukana abadayimoni mw’izina ryanje, bazovuga indimi nshasha, bazofata inzoka mu biganza vyabo; kandi nibanywa ivyica, nta co bizobagira. Bazorambika ibiganza ku barwaye, kandi bazokira.”