1
Ivyakozwe 19:6
Bibiliya mu Kirundi coroshe
Pawulo abarambitseko ibiganza, Mpwemu Yera aca abazako, batangura kuvuga izindi ndimi no kuvugishwa n’Imana.
Compare
Explore Ivyakozwe 19:6
2
Ivyakozwe 19:11-12
Imana ikoresha Pawulo ibitangaza bidasanzwe, gushika aho n’igitambara canke impuzu yakozeko abantu babikoza ku barwaye, bagakira ingwara n’ababoshwe n’impwemu mbi zikabavamwo.
Explore Ivyakozwe 19:11-12
3
Ivyakozwe 19:15
Umusi umwe impwemu mbi irabishura iti: “Yesu ndamuzi, na Pawulo ndamuzi. None mwebwe muri ba nde?”
Explore Ivyakozwe 19:15
Home
Bible
Plans
Videos