Ivyakozwe 19:11-12
Ivyakozwe 19:11-12 BKC
Imana ikoresha Pawulo ibitangaza bidasanzwe, gushika aho n’igitambara canke impuzu yakozeko abantu babikoza ku barwaye, bagakira ingwara n’ababoshwe n’impwemu mbi zikabavamwo.