1
Yesaya 7:14
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Ni co gitumye Uhoraho ubgiwe ari we agira abīhēre ikimenyamenya: Rāba, inkumi izosama inda, ivyare umwana w’umuhungu, izomwita Imanuweli.
Compare
Explore Yesaya 7:14
2
Yesaya 7:9
kand’ iremezo ry’Abefurayimu ni Samariya, kand’ iremezo ry’i Samariya ni mwene Remaliya. Ariko ni mwanka kwizera, n’ukuri ntimuzoshikama.
Explore Yesaya 7:9
3
Yesaya 7:15
Urubu n’ubūki ni vyo bizomutunga, amaze kumenya ubgenge bgo kwanka ibibi agakunda ivyiza.
Explore Yesaya 7:15
Home
Bible
Plans
Videos