YouVersion Logo
تلاش

Luka 3:21-22

Luka 3:21-22 RUN1967

Nukw abantu bose babatijwe, na Yesu ahejeje kubatizwa, arikw arasenga, ijuru rirakinguruka, Mpwemu Yera aramanuka amugwako, afise ishusho y’umubiri usa n’inuma; ijwi riva mw ijuru, riti Ni wewe Mwana wanje nkunda ukampimbara.

پڑھیں Luka 3

سنیں Luka 3