YouVersion Logo
تلاش

Itanguriro 14:18-19

Itanguriro 14:18-19 RUN1967

Kandi Melekisedeki umwami w’i Salemu, umuherezi w’Imana Isumba vyose, azana imitsima na vino. Ahezagira Aburamu, at’ Uragahabga umugisha n’Imana Isumba vyose, Nyen’ ijuru n’isi

پڑھیں Itanguriro 14

سنیں Itanguriro 14