1
Matayo 12:36-37
Bibiliya mu Kirundi coroshe
Ariko ndababwira ko ku musi w’imanza, umuntu wese azobazwa ijambo ryose ritagira ikimazi yavuze. Amajambo yawe ni yo azotuma utsinda canke utsindwa n’urubanza.”
Karşılaştır
Matayo 12:36-37 keşfedin
2
Matayo 12:34
Mwa bana b’inzoka mwe, mbega mwovuga ivyiza mute kandi muri babi? Erega ivyuzuye mu mutima ni vyo akanwa kavuga.
Matayo 12:34 keşfedin
3
Matayo 12:35
Umuntu mwiza akura ivyiza mu bubiko bwiza bw’umutima wiwe, umubi na we agakura ibibi mu bubiko bubi bw’umutima wiwe.
Matayo 12:35 keşfedin
4
Matayo 12:31
Ni co gituma ndababwira ko icaha ico ari co cose n’ugutuka Imana kwose abantu bashobora kubiharirwa, ariko gutuka Mpwemu Yera ntibazobiharirwa.
Matayo 12:31 keşfedin
5
Matayo 12:33
Igiti iyo ari ciza n’ivyamwa vyaco biba vyiza, kandi igiti iyo ari kibi n’ivyamwa vyaco biba bibi; kuko igiti cose kimenyekanira ku vyamwa vyaco.
Matayo 12:33 keşfedin
Ana Sayfa
Kutsal Kitap
Okuma Planları
Videolar