Logo ng YouVersion
Hanapin ang Icon

Itanguriro 9:12-13

Itanguriro 9:12-13 RUN1967

Imana iravuga, it’ Iki ni co kimenyamenya c’isezerano mbasezeraniye, mwe n’ibifise ubugingo vyose muri kumwe, uk’ urunganwe rwanyu ruzogenda rukurikirana gushitsa ibihe vyose. Nshize umuheto wanje ku gicu, ni wo munywamazi, uzoba ikimenyamenya c’isezerano nsezeraniye isi.