1
Matayo 1:21
Isezerano Risha 1967
Azovyara umwana w’umuhungu, nawe uz’ umwite YESU, kukw ari we azokiza abantu biwe ivyaha vyabo.
Compară
Explorează Matayo 1:21
2
Matayo 1:23
ngo Rāba, inkumi izotwara inda, ivyare umwana w’umuhungu, Bazomwita Imanuweli; risobanurwa ngw Imana iri kumwe natwe.
Explorează Matayo 1:23
3
Matayo 1:20
Akivyiyumvira, umumarayika w’ Umwami Imana amwiyerekera mu nzozi, aramubarira, ati Yosefu, mwana wa Dawidi, ntutinye kurongora Mariya umugeni wawe, kukw atwaye inda ya Mpwemu Yera.
Explorează Matayo 1:20
4
Matayo 1:18-19
Ukuvuka kwa Yesu Kristo kwabaye gurtya: nyina Mariya yar’ akowe na Yosefu ataramurongora bamubona afise inda yavuye kuri Mpwemu Yera. Ariko Yosefu, umugabo wiwe, kukw ar’ umugororotsi, kandi kukw atagomvye kumutetereza, yiyumvira kumubengera mu mpisho.
Explorează Matayo 1:18-19
Acasă
Biblia
Planuri
Videoclipuri