Itanguriro 37:6-7
Itanguriro 37:6-7 RUN1967
Arababarira, at’ Enda ni mwumve inzozi narose: narose dutekera imikama y’ingano, uwanje mukama uriyegura, urēma; maz’ iyanyu mikama iraza, ikikiza uwanje, irawunamira.