Itanguriro 37:4
Itanguriro 37:4 RUN1967
Bene se babona yuko se amukunda kumubarutisha bose; baramwanka, ntibaba bakimubarira neza atar’ ukumuhirika.